 | Nyemera baby
CHORUS:
Nyemerera ko ur'uwanje
Nyemerera n'umutima wawe
Nyemerera uko ndi kose,nyemerera mami,vyemere
Ubwa mbere twahuje amaso ,umutima wamvuyemo
Nashatse ko twoba kimwe,ubukene ntibwanyemereye
Nkababara nibaza ico nkora,
unyemereye,nkaba nd'umunezero
Nkasaba imana ,ngo nanje mere nkabo
Nyemerera nzotinda mere nkabo.
Icipfuzo canje ni wewe,
Nintera intambwe,nanje mere nkabo
Urukundo ,s'ubwoko canke amaronko
N'ukugira umutima unkundire
BTC
Wibaze ko nakwishizemo ,umutima wuzuyemo urukundo
Oya namba amaronko narimo,
n'amaraso twahuje y'urukundo
Niyo noba amarira,nkibera mumaso yawe,
Icompa nkaba amaraso,nkatambera mumubiri wawe.
Nzokubera umutaka mumvura,
nzokubera ubushuhe mumbeho
mu mwiza,nzokubera umuco
Nzokubera protection y'ubuzima
BTC
Iyo imana yari kumpa nanje nkaba nkabandi,
Hari naho mumy wonkunze,umutima wanje ukaruhuka
nyemerera,nyemerera,nyemerera ,nyemerera ndizo yanje
nyemerera ,nyemerera,nyemerera nkindi yanje
BTC
Niyo noba amarira nkibera mumaso yawe
Icompa nkaba amaraso,nkatembera mumubiri wawe
nyemerera ,nyemerera ko uruwanje
nyemerera n'umutima wawe,nzoguha vyose mummy,naho nd'umukene mummy
nyemera,nyemera
Nzogukunda mummy,nzoguha vyose mummy
nyemerera mummy,ni wewe nshaka mummy
Nyemera mummy .n'umutima wawe mummy,nyemera nyemera nyemera ohhhhhh
nyemera nyemera |  |